Ivyakozwe 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, biciye ku maboko y’intumwa ibimenyetso vyinshi n’ibitangaza vyinshi bibandanya kuba mu bantu+; kandi bose bari mw’ibaraza rya Salomo bahuje inama+. Ivyakozwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi Imana yaguma ikora ibikorwa vy’ububasha vy’akataraboneka biciye ku maboko ya Paulo+, Abaheburayo 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mu gihe Imana yagiyemwo igashinga intahe biciye ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+ bitari bimwe, no ku kugabanganywa+ kw’impwemu nyeranda nk’uko ukugomba kwayo kuri+?
12 Vyongeye, biciye ku maboko y’intumwa ibimenyetso vyinshi n’ibitangaza vyinshi bibandanya kuba mu bantu+; kandi bose bari mw’ibaraza rya Salomo bahuje inama+.
4 mu gihe Imana yagiyemwo igashinga intahe biciye ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+ bitari bimwe, no ku kugabanganywa+ kw’impwemu nyeranda nk’uko ukugomba kwayo kuri+?