Matayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Amaze kwinjira mu nzu, nya bagabo b’impumyi baza kuri we, hanyuma Yezu ababaza ati: “Murizeye+ ko ivyo nshobora kubikora?” Baramwishura bati: “Egome, Mukama.”
28 Amaze kwinjira mu nzu, nya bagabo b’impumyi baza kuri we, hanyuma Yezu ababaza ati: “Murizeye+ ko ivyo nshobora kubikora?” Baramwishura bati: “Egome, Mukama.”