ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 35:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Yakobo abwira urugo rwiwe n’abari kumwe na we bose ati: “Mushire kure imana z’inyamahanga ziri hagati muri mwebwe+, mwihumanure kandi muhindure imitamana yanyu+,

  • Kuvayo 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntukagire izindi mana+ izo ari zo zose unzana mu maso.

  • Ezekiyeli 20:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mbega ntimuriko mwihumanishiriza mu nzira ya ba sogokuruza banyu+, mugakurikira ibintu vyabo bisesemye ngo mushurashure na vyo+?

  • 1 Abakorinto 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yamara rero, ubwo bumenyi ntiburi muri bose+; mugabo bamwe, kubera ko gushika ubu bamenyereye ikigirwamana, barya ibifungurwa nk’ikintu cashikaniwe ikigirwamana+, kandi ijwi ryabo ryo mu mutima rirahumana+ kubera yuko rigoyagoya.

  • 1 Abakorinto 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko rero, bakundwa banje, muhunge+ ugusenga ibigirwamana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika