1 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+, Abakolosayi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwice+ rero ibihimba vy’umubiri+ wanyu biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi, ubuhumane, inambu y’umubiri+, ivyipfuzo vyonona, n’umwina+ ari kwo gusenga ibigirwamana. 1 Abatesalonika 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ico Imana igomba ari iki: ni uko mwezwa+, mukirinda ubusambanyi+,
9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,
5 Nimwice+ rero ibihimba vy’umubiri+ wanyu biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi, ubuhumane, inambu y’umubiri+, ivyipfuzo vyonona, n’umwina+ ari kwo gusenga ibigirwamana.