Ivyakozwe 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma bavayo, bafata ubwato baja i Antiyokiya+, aho bari baragijwe ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana ku bw’igikorwa bari baranguye bimwe bishitse+. Abanyefeso 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nabaye umusuku+ w’ivyo nk’uko ya ngabirano ya gusa iri, imwe y’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ubwo nahawe hisunzwe ukuntu ububasha bwayo bukora+.
26 Hanyuma bavayo, bafata ubwato baja i Antiyokiya+, aho bari baragijwe ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana ku bw’igikorwa bari baranguye bimwe bishitse+.
7 Nabaye umusuku+ w’ivyo nk’uko ya ngabirano ya gusa iri, imwe y’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ubwo nahawe hisunzwe ukuntu ububasha bwayo bukora+.