ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 33:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mu ndoto+, mw’iyerekwa+ ryo mw’ijoro,

      Igihe itiro rirerire rihwikiye abantu,

      Mu gatiro ku gitanda+.

  • Ivyakozwe 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 I Damasiko hari umwigishwa umwe yitwa Ananiya+, maze Umukama amubwira mw’iyerekwa ati: “Ananiya!” Na we ati: “Ndi hano, Mukama.”

  • 2 Abakorinto 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mbwirizwa kwirata. Ariko nta co bimaze; mugabo ngira ntandukire ivyo kubonekerwa+ be n’uguhishurirwa n’Umukama.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika