Mariko 1:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko akiza abantu benshi bari barwaye indwara zitari zimwe+, arirukana n’amadayimoni menshi, mugabo ntiyayareka ngo avuge, kuko ano yari amuzi ko ari Kristu+. Luka 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze akoranya bamwe cumi na babiri, hanyuma abaha ubushobozi n’ububasha ku madayimoni, no kugira ngo bakize indwara+. Luka 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze bamwe mirongo irindwi bagarukana akanyamuneza, bavuga bati: “Mukama, mbere n’amadayimoni aratwumvira+ dukoresheje izina ryawe.”
34 Nuko akiza abantu benshi bari barwaye indwara zitari zimwe+, arirukana n’amadayimoni menshi, mugabo ntiyayareka ngo avuge, kuko ano yari amuzi ko ari Kristu+.
9 Maze akoranya bamwe cumi na babiri, hanyuma abaha ubushobozi n’ububasha ku madayimoni, no kugira ngo bakize indwara+.
17 Maze bamwe mirongo irindwi bagarukana akanyamuneza, bavuga bati: “Mukama, mbere n’amadayimoni aratwumvira+ dukoresheje izina ryawe.”