Ivyakozwe 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze intumwa n’abagabo b’inararibonye hamwe n’ishengero ryose bashima kurungika i Antiyokiya abagabo batowe muri bo, bari kumwe na Paulo na Barunaba, ni bo Yuda ari we yitwa Barusaba+ be na Silasi, abagabo b’imboneza mu bavukanyi; Ivyakozwe 15:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Paulo atora Silasi+, maze aragenda abavukanyi bamaze kumuragiza ubuntu ata wari abukwiriye bwa Yehova+.
22 Maze intumwa n’abagabo b’inararibonye hamwe n’ishengero ryose bashima kurungika i Antiyokiya abagabo batowe muri bo, bari kumwe na Paulo na Barunaba, ni bo Yuda ari we yitwa Barusaba+ be na Silasi, abagabo b’imboneza mu bavukanyi;
40 Paulo atora Silasi+, maze aragenda abavukanyi bamaze kumuragiza ubuntu ata wari abukwiriye bwa Yehova+.