Ivyakozwe 13:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo Abayuda+ bagumura abagore bubahwa bǎsenga Imana be n’abantu bakurubakuru b’igisagara, hanyuma bavyura uruhamo kuri Paulo+ na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.
50 Mugabo Abayuda+ bagumura abagore bubahwa bǎsenga Imana be n’abantu bakurubakuru b’igisagara, hanyuma bavyura uruhamo kuri Paulo+ na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.