Ivyakozwe 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo hashika Abayuda bavuye i Antiyokiya no muri Ikoniyo maze bosha amasinzi+, hanyuma batera amabuye Paulo, bamuburutira inyuma y’igisagara, biyumvira ko yapfuye+. 1 Abatesalonika 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 abishe mbere n’Umukama Yezu+ n’abahanuzi+ natwe bakaduhama+. Ikigeretseko, ntibariko bashimisha Imana, ahubwo barwanya ineza y’abantu bose,
19 Mugabo hashika Abayuda bavuye i Antiyokiya no muri Ikoniyo maze bosha amasinzi+, hanyuma batera amabuye Paulo, bamuburutira inyuma y’igisagara, biyumvira ko yapfuye+.
15 abishe mbere n’Umukama Yezu+ n’abahanuzi+ natwe bakaduhama+. Ikigeretseko, ntibariko bashimisha Imana, ahubwo barwanya ineza y’abantu bose,