Ivyakozwe 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki, 1 Abatesalonika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe,
16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki,
2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe,