Ivyakozwe 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku. Ivyakozwe 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko bashika i Efeso, hanyuma abasigayo; mugabo we ubwiwe yinjira mw’isinagogi+, azirikana hamwe n’Abayuda.
5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku.
19 Nuko bashika i Efeso, hanyuma abasigayo; mugabo we ubwiwe yinjira mw’isinagogi+, azirikana hamwe n’Abayuda.