Yohani 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+. Yohani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yezu amubwira ati: “Ni jewe zuka n’ubuzima+. Uwunyizera, naho yopfa, azoba muzima+; 1 Abakorinto 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba rero Kristu ariko yamamazwa yuko yazuwe mu bapfuye+, bishoboka bite ngo bamwe muri mwebwe bavuge ko ata zuka ry’abapfuye ririho+? Ivyahishuwe 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Arahiriwe+ kandi ni mweranda+ uwo wese afise umugabane mw’izuka rya mbere; abo, urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, mugabo bazoba abaherezi+ b’Imana n’aba Kristu, kandi bazoganzanya na we iyo myaka igihumbi+.
29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+.
12 Nimba rero Kristu ariko yamamazwa yuko yazuwe mu bapfuye+, bishoboka bite ngo bamwe muri mwebwe bavuge ko ata zuka ry’abapfuye ririho+?
6 Arahiriwe+ kandi ni mweranda+ uwo wese afise umugabane mw’izuka rya mbere; abo, urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, mugabo bazoba abaherezi+ b’Imana n’aba Kristu, kandi bazoganzanya na we iyo myaka igihumbi+.