Mariko 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Emwe, abantu bose barajongoroka, kugeza aho batangura kubazanya hagati yabo, bati: “Ibi ni ibiki ga yemwe? Ni inyigisho nshasha! Mbere n’impwemu zihumanye arazitegekana ububasha zikamugamburukira+.”
27 Emwe, abantu bose barajongoroka, kugeza aho batangura kubazanya hagati yabo, bati: “Ibi ni ibiki ga yemwe? Ni inyigisho nshasha! Mbere n’impwemu zihumanye arazitegekana ububasha zikamugamburukira+.”