Ivyakozwe 17:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 mugabo abagabo bamwe bifatanya na we bacika abemera, muri bo hakaba harimwo na Diyoniziyo umucamanza wa sentare ya Areyopago+, n’umugore yitwa Damari, be n’abandi bari kumwe na bo.
34 mugabo abagabo bamwe bifatanya na we bacika abemera, muri bo hakaba harimwo na Diyoniziyo umucamanza wa sentare ya Areyopago+, n’umugore yitwa Damari, be n’abandi bari kumwe na bo.