Ivyakozwe 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Turungitse rero Yuda na Silasi+, ngo na bo nyene babiganire ku munwa ivyo bintu nyene+. Ivyakozwe 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze abavukanyi buno nyene barungika Paulo ngo agende gushika ku kiyaga+; mugabo Silasi na Timoteyo basigara ng’aho.
14 Maze abavukanyi buno nyene barungika Paulo ngo agende gushika ku kiyaga+; mugabo Silasi na Timoteyo basigara ng’aho.