Ivyakozwe 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+. Ivyakozwe 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bari bafitaniye gusa impari ku vyerekeye ugusenga+ ibimana kwabo no ku vyerekeye uwitwa Yezu yari yarapfuye mugabo Paulo akaguma yemeza ko ari muzima+.
29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+.
19 Bari bafitaniye gusa impari ku vyerekeye ugusenga+ ibimana kwabo no ku vyerekeye uwitwa Yezu yari yarapfuye mugabo Paulo akaguma yemeza ko ari muzima+.