Luka 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hanyuma aza i Nazareti+, aho yari yararerewe; kandi nk’uko yari amenyereye kubigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+, hanyuma arahaguruka ngo asome. Ivyakozwe 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku. Ivyakozwe 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko rero, nk’uko Paulo yari asanzwe abigira+, yinjira aho bari, amara amasabato atatu azirikana hamwe na bo afatiye ku Vyanditswe+,
16 Hanyuma aza i Nazareti+, aho yari yararerewe; kandi nk’uko yari amenyereye kubigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+, hanyuma arahaguruka ngo asome.
5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku.
2 Nuko rero, nk’uko Paulo yari asanzwe abigira+, yinjira aho bari, amara amasabato atatu azirikana hamwe na bo afatiye ku Vyanditswe+,