Mariko 6:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Kandi aho hose yaba yinjiye mu bigwati canke mu bisagara canke mu gihugu hagati+, barashira abarwaye mu tuguriro hanyuma bakamutakambira ngo bapfe gusa gukora+ ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru. Kandi ababukorako bose barakira+. Ivyakozwe 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ku buryo bazana abarwaye no mu mayira yagutse bakabashira ng’aho ku dutanda dutoduto no ku nderuzo, kugira ngo Petero ahaciye, n’imiburiburi igitutu ciwe hagire uwo kigwako muri bo+.
56 Kandi aho hose yaba yinjiye mu bigwati canke mu bisagara canke mu gihugu hagati+, barashira abarwaye mu tuguriro hanyuma bakamutakambira ngo bapfe gusa gukora+ ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru. Kandi ababukorako bose barakira+.
15 ku buryo bazana abarwaye no mu mayira yagutse bakabashira ng’aho ku dutanda dutoduto no ku nderuzo, kugira ngo Petero ahaciye, n’imiburiburi igitutu ciwe hagire uwo kigwako muri bo+.