Abanyefeso 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+. Abakolosayi 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ikigeretseko, naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu, Imana yarabagize bazima hamwe na we+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,
12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.
13 Ikigeretseko, naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu, Imana yarabagize bazima hamwe na we+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,