Zaburi 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ubwiwe azocira urubanza ubutaka bwimbuka, mu bugororotsi+;Azosomera urubanza imiryango y’amahanga mu kugororoka+. Zaburi 96:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+. Zaburi 98:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+. Ivyakozwe 17:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”
8 Kandi ubwiwe azocira urubanza ubutaka bwimbuka, mu bugororotsi+;Azosomera urubanza imiryango y’amahanga mu kugororoka+.
13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+.
9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+.
31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”