Zaburi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akanwa kiwe kuzuye indahiro n’ubuhendanyi n’agahahazo+.Munsi y’ururimi rwiwe hari icago n’ibintu bibabaza+. Yakobo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Turaruhezagirisha Yehova+, umwe Data+, yamara kandi tukaruvumisha+ abantu babayeho “mw’ishusho y’Imana+.”
7 Akanwa kiwe kuzuye indahiro n’ubuhendanyi n’agahahazo+.Munsi y’ururimi rwiwe hari icago n’ibintu bibabaza+.
9 Turaruhezagirisha Yehova+, umwe Data+, yamara kandi tukaruvumisha+ abantu babayeho “mw’ishusho y’Imana+.”