Ivyakozwe 17:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 kugira ngo barondere Imana+, nimba bokabakaba bayirondera kandi bakayironka koko+, naho vy’ukuri itari kure y’umwe wese muri twebwe.
27 kugira ngo barondere Imana+, nimba bokabakaba bayirondera kandi bakayironka koko+, naho vy’ukuri itari kure y’umwe wese muri twebwe.