Ivyakozwe 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Koruneliyo amuhanga amaso, agira ubwoba, avuga ati: “Ni iki ga Mukama?” Na we amubwira ati: “Amasengesho yawe+ n’imfashanyo uha aboro vyaduze nk’icibutso imbere y’Imana+.
4 Koruneliyo amuhanga amaso, agira ubwoba, avuga ati: “Ni iki ga Mukama?” Na we amubwira ati: “Amasengesho yawe+ n’imfashanyo uha aboro vyaduze nk’icibutso imbere y’Imana+.