Abaroma 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kuko tuzi yuko umuntu wacu wa kera yamanikanywe na we+, kugira ngo umubiri wacu w’umucumuzi ntugire ico ushikako+, ntitwongere kubandanya kuba abashumba b’igicumuro+. Abaroma 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo nimba Kristu yunze ubumwe namwe+, umubiri koko warapfuye kubera igicumuro, mugabo impwemu ni ubuzima+ kubera ubugororotsi.
6 kuko tuzi yuko umuntu wacu wa kera yamanikanywe na we+, kugira ngo umubiri wacu w’umucumuzi ntugire ico ushikako+, ntitwongere kubandanya kuba abashumba b’igicumuro+.
10 Mugabo nimba Kristu yunze ubumwe namwe+, umubiri koko warapfuye kubera igicumuro, mugabo impwemu ni ubuzima+ kubera ubugororotsi.