Abakolosayi 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 ubu yarabasubije hamwe+ ikoresheje umubiri w’inyama w’uyo, biciye ku rupfu rwiwe+, kugira ngo mushikirizwe muri beranda kandi mutagirako ikirabagu+, ata n’ico muregwa+ imbere yayo, 1 Yohani 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, uwubahiriza amabwirizwa yayo aguma yunze ubumwe na yo, na yo ikaguma yunze ubumwe n’uyo+; kandi ico ni co tumenyerako yuko iguma yunze ubumwe natwe+, bivuye ku mpwemu+ yaduhaye.
22 ubu yarabasubije hamwe+ ikoresheje umubiri w’inyama w’uyo, biciye ku rupfu rwiwe+, kugira ngo mushikirizwe muri beranda kandi mutagirako ikirabagu+, ata n’ico muregwa+ imbere yayo,
24 Vyongeye, uwubahiriza amabwirizwa yayo aguma yunze ubumwe na yo, na yo ikaguma yunze ubumwe n’uyo+; kandi ico ni co tumenyerako yuko iguma yunze ubumwe natwe+, bivuye ku mpwemu+ yaduhaye.