ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 9:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 mugabo umubiri+ wanje ndawukubitagura ibipfunsi nkawujana nk’umuja, kugira ngo maze kwamamaza ku bandi, nanje ubwanje simpave mba uwutemewe+.

  • Abagalatiya 5:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Vyongeye, abegukira Kristu Yezu, umubiri bawumanikanye n’inambu zawo be n’ivyipfuzo vyawo+.

  • Abagalatiya 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 kuko uwubiba ku bw’umubiri wiwe azokwimbura ukubora mu mubiri wiwe+, ariko uwubiba ku bw’impwemu+ azokwimbura ubuzima budahera mu mpwemu+.

  • Abanyefeso 4:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 yuko mukwiye kwambura wa muntu wa kera+ ahura n’ingeso zanyu za kera akononekara+ yisunze ivyipfuzo vyiwe bihendana+;

  • Abakolosayi 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nimwice+ rero ibihimba vy’umubiri+ wanyu biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi, ubuhumane, inambu y’umubiri+, ivyipfuzo vyonona, n’umwina+ ari kwo gusenga ibigirwamana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika