2 Abakorinto 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko naho amakuba ari ay’akanya gato+ kandi ahwahutse, atuzanira ubuninahazwa bw’uburemere burushiriza kuba ubuhebuje kandi bw’ibihe bidahera+; Abafilipi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbere ku bw’ivyo ibintu vyose mbona koko yuko ari uruhombo kubera agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje+. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose ndabibona nk’ikigunguzi c’umwanda+, kugira ngo nunguke Kristu
17 Kuko naho amakuba ari ay’akanya gato+ kandi ahwahutse, atuzanira ubuninahazwa bw’uburemere burushiriza kuba ubuhebuje kandi bw’ibihe bidahera+;
8 Mbere ku bw’ivyo ibintu vyose mbona koko yuko ari uruhombo kubera agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje+. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose ndabibona nk’ikigunguzi c’umwanda+, kugira ngo nunguke Kristu