ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ku bw’ivyo rero Yehova abona ko ububi bw’umuntu bwari bugwiriye mw’isi be n’uko impengamiro+ yose y’ivyiyumviro vy’umutima wiwe yari mbi gusa igihe cose+.

  • Matayo 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Yezu na we amenya ivyiyumviro vyabo+, avuga ati: “Kubera iki mwiyumvira ibintu bibi mu mitima yanyu+?

  • Matayo 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko umutima w’aba bantu udadaraye, kandi bumvishije amatwi yabo ntihagira ico bakora, kandi bihumye amaso; kugira ntibigere babonesha amaso yabo ngo bumvishe n’amatwi yabo baheze bategere insobanuro bakoresheje imitima yabo, ngo bahindukire, ndabakize+.’

  • Luka 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mugabo Yezu amenya ivyiyumviro vyabo, abishura ati: “Muriko mwiyumvira ibiki mu mitima yanyu+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika