Abaroma 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bavukanyi, ico umutima wanje ushima be n’ico ntakambira Imana ku bwabo, mu vy’ukuri ni ukugira ngo bakizwe+.
10 Bavukanyi, ico umutima wanje ushima be n’ico ntakambira Imana ku bwabo, mu vy’ukuri ni ukugira ngo bakizwe+.