Gusubira mu vyagezwe 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ba sogokuruza bawe ni bo gusa Yehova yifatanije na bo kugira abakunde, ku buryo yatoye uruvyaro rwabo mu nyuma zabo+, egome, mwebwe, abakuye mu bisata vyose vy’abantu, nk’uko biri uyu musi.
15 Ba sogokuruza bawe ni bo gusa Yehova yifatanije na bo kugira abakunde, ku buryo yatoye uruvyaro rwabo mu nyuma zabo+, egome, mwebwe, abakuye mu bisata vyose vy’abantu, nk’uko biri uyu musi.