Luka 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuntu wese agwa kuri iryo buye azovunagurika+. Nayo uwo rizogwako wese+, rizomusya+.” 1 Abakorinto 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mugabo twebwe twamamaza Kristu yamanitswe+, ku Bayuda akaba igitsitaza+ mugabo ku mahanga akaba ubupfu+;
23 mugabo twebwe twamamaza Kristu yamanitswe+, ku Bayuda akaba igitsitaza+ mugabo ku mahanga akaba ubupfu+;