Yesaya 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ukwo rero ni ko ikosa rya Yakobo rizohongerwa+, kandi ico ni co camwa cose niyakuraho igicumuro ciwe+, niyafata amabuye yose y’igicaniro akayagira nk’amabuye y’ingwa yavungaguwe, ku buryo ibikingi vyeranda+ be n’ibishirwako imibavu bitazovyuka+. Yeremiya 31:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.” Abaheburayo 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko itora amahinyu abantu igihe ivuga iti: “‘Ehe imisi iriko iraza,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi nzogirana isezerano rishasha+ n’inzu ya Isirayeli be n’inzu ya Yuda;
9 Ukwo rero ni ko ikosa rya Yakobo rizohongerwa+, kandi ico ni co camwa cose niyakuraho igicumuro ciwe+, niyafata amabuye yose y’igicaniro akayagira nk’amabuye y’ingwa yavungaguwe, ku buryo ibikingi vyeranda+ be n’ibishirwako imibavu bitazovyuka+.
33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”
8 kuko itora amahinyu abantu igihe ivuga iti: “‘Ehe imisi iriko iraza,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi nzogirana isezerano rishasha+ n’inzu ya Isirayeli be n’inzu ya Yuda;