1 Timoteyo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+. Yakobo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ubukerebutsi+ buva hejuru imbere ya vyose ni ubutanduye+, maze bukaba ubw’amahoro+, bugira ibitegereka+, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibusobanura abantu mu kugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+. 1 Petero 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.
5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+.
17 Mugabo ubukerebutsi+ buva hejuru imbere ya vyose ni ubutanduye+, maze bukaba ubw’amahoro+, bugira ibitegereka+, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibusobanura abantu mu kugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.
22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.