Ivyakozwe 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko, ishengero rimaze kubaherekeza gatoyi+, abo bagabo babandanya urugendo baca i Fenisiya n’i Samariya, bigana ido n’ido uguhinduka kw’abanyamahanga+, batera akanyamuneza kenshi abavukanyi bose+. 1 Abakorinto 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi hari aho nocumbika iwanyu canke mbere nkamarana namwe urushana, kugira ngo mumperekeze+ gatoyi aho nzoja hose.
3 Nuko, ishengero rimaze kubaherekeza gatoyi+, abo bagabo babandanya urugendo baca i Fenisiya n’i Samariya, bigana ido n’ido uguhinduka kw’abanyamahanga+, batera akanyamuneza kenshi abavukanyi bose+.
6 kandi hari aho nocumbika iwanyu canke mbere nkamarana namwe urushana, kugira ngo mumperekeze+ gatoyi aho nzoja hose.