Ivyakozwe 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ariko Paulo ahamaze iyindi misi itari mike, asezera bene wacu, hanyuma afata ubwato aja i Siriya ari kumwe na Pirisila na Akwila; yari yigabanishije umushatsi+ i Kenkireya+, kuko yari n’indagano.
18 Ariko Paulo ahamaze iyindi misi itari mike, asezera bene wacu, hanyuma afata ubwato aja i Siriya ari kumwe na Pirisila na Akwila; yari yigabanishije umushatsi+ i Kenkireya+, kuko yari n’indagano.