Ezekiyeli 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma Yehova amubwira ati: “Nuce hagati mu gisagara, hagati muri Yeruzalemu, ushire ikimenyetso ku ruhanga rw’abantu baniha bakongera bakaboroga+ kubera ibintu biteye ishishi vyose biriko bikorerwa hagati muri co+.” 2 Abakorinto 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ubu ndanezerwa, atari kubera ko mwatejwe umubabaro, mugabo kubera ko mwatejwe umubabaro utuma mwigaya+; kuko mwatejwe umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana+, ngo ntihagire ico muhomba mu kintu na kimwe kubera twebwe.
4 Hanyuma Yehova amubwira ati: “Nuce hagati mu gisagara, hagati muri Yeruzalemu, ushire ikimenyetso ku ruhanga rw’abantu baniha bakongera bakaboroga+ kubera ibintu biteye ishishi vyose biriko bikorerwa hagati muri co+.”
9 ubu ndanezerwa, atari kubera ko mwatejwe umubabaro, mugabo kubera ko mwatejwe umubabaro utuma mwigaya+; kuko mwatejwe umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana+, ngo ntihagire ico muhomba mu kintu na kimwe kubera twebwe.