1 Abakorinto 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imana na yo igacira urubanza abo hanze+? “Nimukure uwo mubisha muri mwebwe+.” 2 Yohani 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye iyo nyigisho, ntimwigere mumwakira mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse+.
10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye iyo nyigisho, ntimwigere mumwakira mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse+.