Itanguriro 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe maze bakaba umubiri umwe+. Matayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 akavuga ati: ‘Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+’? Abanyefeso 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.”
5 akavuga ati: ‘Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+’?
31 “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.”