Itanguriro 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+. Gusubira mu vyagezwe 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Umugabo niyabona umukobwa, umwigeme w’isugi atarareshwa, kandi vy’ukuri akamucakira akaryamana na we+, maze bagafatwa+, Imigani 6:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ni ko bigenda kuri uwo wese aryamana n’umugore wa mugenziwe+; nta wumukorako azogenda adahanywe+.
6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+.
28 “Umugabo niyabona umukobwa, umwigeme w’isugi atarareshwa, kandi vy’ukuri akamucakira akaryamana na we+, maze bagafatwa+,