Matayo 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ababwira ati: “Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera ugukomantara kw’imitima yanyu+, mugabo ukwo si ko vyari kuva mu ntango+.
8 Ababwira ati: “Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera ugukomantara kw’imitima yanyu+, mugabo ukwo si ko vyari kuva mu ntango+.