1 Abatesalonika 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 umwe wese muri mwebwe akamenya kuganza umubiri*+ wiwe bwite mu kwezwa+ no mw’iteka, 1 Timoteyo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko wamirire kure abapfakazi bakiri bato, kuko iyo inambu zabo z’umubiri zigiye hagati yabo na Kristu+, baca bashaka kwubaka,
11 Ariko wamirire kure abapfakazi bakiri bato, kuko iyo inambu zabo z’umubiri zigiye hagati yabo na Kristu+, baca bashaka kwubaka,