Abagalatiya 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko kwaba ukugenyerwa canke ukutagenyerwa+ ata co bivuze, ahubwo ikiremwa gishasha+ ni co kiri n’ico kivuze. Abakolosayi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ahatakigira Umugiriki canke Umuyuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, umunyamahanga canke Umusikite, umushumba, uwidegemvya+; mugabo Kristu ni vyose kandi muri vyose+.
15 Kuko kwaba ukugenyerwa canke ukutagenyerwa+ ata co bivuze, ahubwo ikiremwa gishasha+ ni co kiri n’ico kivuze.
11 ahatakigira Umugiriki canke Umuyuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, umunyamahanga canke Umusikite, umushumba, uwidegemvya+; mugabo Kristu ni vyose kandi muri vyose+.