Yohani 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umwana rero niyabagira abidegemvya, muzoba abidegemvya koko+. Filemoni 16 Bibiliya y’isi nshasha 16 atakiri umushumba+ ahubwo aruta umushumba+, ari umuvukanyi mukundwa+, canecane kuri jewe, yamara bikarushiriza kuri wewe mu bucuti bw’umubiri no mu Mukama.
16 atakiri umushumba+ ahubwo aruta umushumba+, ari umuvukanyi mukundwa+, canecane kuri jewe, yamara bikarushiriza kuri wewe mu bucuti bw’umubiri no mu Mukama.