Luka 10:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Umukama amwishura ati: “Marita, Marita, uriganyira+ kandi ugahagarika umutima ku bintu vyinshi+.