Luka 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo ibintu bikeyi+ ni vyo bikenewe, canke kimwe gusa. Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza+, kandi ntazowakwa.” 1 Timoteyo 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umugore rero w’umupfakazi vy’ukuri kandi asigaye ari ntahonikora+, arizigira Imana+ kandi agakovya mu gutakamba no mu gusenga ijoro n’umurango+.
42 Mugabo ibintu bikeyi+ ni vyo bikenewe, canke kimwe gusa. Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza+, kandi ntazowakwa.”
5 Umugore rero w’umupfakazi vy’ukuri kandi asigaye ari ntahonikora+, arizigira Imana+ kandi agakovya mu gutakamba no mu gusenga ijoro n’umurango+.