25 Nuko ndabatatira nongera mpamagarira akabi kuri bo+; nkubita abagabo bamwe muri bo+, ndabashikura imishatsi maze ndabarahiza Imana+ nti: “Ntimugahe abakobwa banyu abahungu babo, kandi ntihakagire n’umwe mu bakobwa babo musabira abahungu banyu canke ngo mubisabire mwebwe ubwanyu+.