Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda? Abagalatiya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko nta wundi nabonye mu ntumwa, atari Yakobo+ mwene wabo+ n’Umukama.
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda?