Ivyakozwe 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma i muhira iwabo, barakora+, kuko umwuga wabo wari uwo kujisha amahema. 2 Abatesalonika 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.
3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma i muhira iwabo, barakora+, kuko umwuga wabo wari uwo kujisha amahema.
8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.