3 Paulo aserura icipfuzo c’uko uwo muntu yojana na we, ni kwo kumutora akamugenyera+ kubera Abayuda bari aho hantu, kuko bose uko bangana bari bazi yuko se wiwe ari Umugiriki.
18 Ariko Paulo ahamaze iyindi misi itari mike, asezera bene wacu, hanyuma afata ubwato aja i Siriya ari kumwe na Pirisila na Akwila; yari yigabanishije umushatsi+ i Kenkireya+, kuko yari n’indagano.